2017-12-23 17:05:44 +00:00
|
|
|
\v 7 Ikinyabuzima ca mbere cari gisana n'intare , ikinyabuzima ca kabiri casanaga n'ikimasa , ikinyabuzima ca gatatu cari gifite isura y'umuntu , ikinyabuzima ca kane cari gisana n'ikinyoni kinini kirikuguruka .\v 8 Ibyo binyabuzima bine byari bifite buri kimwe amababa atandatu kandi byujwiye amaso impande zose no mu ndani . Ntaho birihukaga kugamba buri mutaga na n'ijoro ngo , uwera , uweza, uwera n'Umwami Mana , nyiri ngufu zose , Wahozeho, Uriho kandi ugiye kwija !
|