2016-05-11 14:36:26 +00:00
|
|
|
\v 11 Kandi abacuruzi b'isi bakarire bacur'imiborogo kubera ko ubucuruzi bwabo bukashire\v \v 12-13 Ubucuruzi by'izahabu, by'ifeza, by'amabuye g'agaciro, imikako, n'imyambaro y'ibitare, y'umutuku ni ya hariri, ni y'imihemba, ni y'ubwoko bwose bw'ibiti n'ibihumura neza, by'umuringa, by'ibyuma, n'ibyakorirwe mu mabuye gitwa marimari, ibyo m'umudarasani, ibihumuraga neza, imibavu, ishangi, icome, n'inzoga, n'amavuta y'Elayo, ifu y'ingenzi, n'ingano, n'ibimasa, n'intama, n'amafarashi, n'amagare, imibiri n'imitima y'abantu kubagira abaretwa.
|