2017-12-23 17:05:44 +00:00
|
|
|
\v 10 Malaika wa gatatu, apika ingunga. Inyenyeri yakaga umuriro nk'igikongi iragwa iturutse mu juru, maze igwa kuri kimwe ca gatatu c'ingezi, n'imigezi n'amasoko g'amazi.\v 11 Izina ry'iyo nyenyeri ni Abisinte (umuharavumba); nuko na kimwe ca gatatu c'amazi naco gihinduka umuharavumba maze abantu barapfa, bazize amazi kuko gari gahindutse umushari.
|