rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/12/13.txt

1 line
279 B
Plaintext
Raw Normal View History

2016-10-14 19:30:17 +00:00
\v 13 Nuko ico kiyoka kibonye ko cajugunywe kw'isi, gikurikira wa mugore wari wamaze kubyara umwana w'umuhungu. \v 14 Kandi amababa ya ca kizu kinini ahabwa uwo mugore kugirango aguruke aje m'ubutayu, hahandi azagaburirwa igihe, na kimwe ca kabiri c'igihe, kure y'amaso y'inzoka.