2017-12-23 17:05:44 +00:00
|
|
|
\v 13 Malaika wa gatandatu apika ingunga. Maze nayumvushije ijwi riri kuva mu pembe zine z'igitwikiro c'izahabu kiri hambere y'Imana. \v 14 Kandi ijwi ribwira malaika wa gatandatu wari afite ingunga ngo : "fungura abamalaika bane bafungiwe k'umugezi munini gwa Efurata. \v 15 Nuko aba bamalaika bane bari biteguye ku isaha, umusi, ukwezi n'umwaka, barekuwe ngo bite kimwe ca gatatu c'abantu.
|