rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/17/12.txt

1 line
411 B
Plaintext
Raw Normal View History

2017-12-26 02:05:45 +00:00
\v 12 Amahembe cumi wabwenye, n'abami cumi batari bahabwa ubwami, ariko bahewe ubutware k'ubwami mu gihe c'isaha imwe hamwe na ca gisimba. \v 13 Bafite imipango gumwe kandi bakahe ububasha bwabo n'ubutware bwabo ico gisimba.\v 14 Bakarwanye Umwana w'intama, ariko Umwana w'intama akabatsinde, kuko ari Umutware w'abatware n'Umwami w'abami, n'abahamagewe, abacaguwe n'abizera bari hamwe nawe nabo bakabatsinde.