2017-12-23 17:05:44 +00:00
|
|
|
\v 1 Malaika wa gatanu apika ingunga. Nabwenye ya nyenyeri yaguye ku si iturutse mu iuru. Ya urufunguzo rw'icobo c'ikuzimu. Nuko akingura ico cobo c'ikuzimu. \v 2 Muri ico cobo havamo umwotsi, gumeze nkugw'igishito gikomeye c'ifuru. Izuba n'ikirere bihinduka umuyobe kubera ugwo mwotsi gwari gurikuva muri ico cobo.
|