2017-12-23 17:05:44 +00:00
|
|
|
\v 11 Narindi kureba , nuko numva amajwi g'abamalaika akangari bazungurutse intebe y'ubwami Bari imamiliyoni , na ag'ibinyabuzima na g'abakambwe badashobwewe kubarwanira barikutirimba mu jwi rireyi ngo: ubutunzi , n'ubwenge , icubahiro , guhimbazwa , n'ishimwe . \v 12 Bagambaga n' ijwi rireyi ngo : Umwana w'intama watambwe niwe ukwiriye guhabwa ubutware , ingufu , ubukire, n'ubwenge , icubahiro , guhimbazwa , n'ishimwe .
|