2016-10-14 19:30:17 +00:00
|
|
|
\v 7 Maze haba intambara mu ijuru. Mikaile n'abamalaika be barwanya ico kiyoka. Nuko ico kiyoka n'abamalaika baco bararwana. \v 8 Ariko ntibabanesha kandi ikicaro cabo nticongeye kuboneka mw'ijuru. \v 9 Nuko ico kiyoka kinini (gikuru) inzoka ya kera, yitwa umushukanyi na Satani, yayindi yayobeje isi yose, kijunywa kw'isi, n'abamalaika baco bajugunywa hamwe naco.
|