rw-x-kinyabwisha_rev_text_reg/09/18.txt

1 line
327 B
Plaintext
Raw Normal View History

2017-12-23 17:05:44 +00:00
\v 18 Kimwe ca gatatu c'abantu cicwa n'ibyo byago, uko ari bitatu: umuriro, umwotsi, n'amazuku byari biriguturuka mu kanwa kabyo byica kimwe ca gatatu c'abantu kubera ko \v 19 ingufu by'amafarashi byari buri mu kanwa no mu murizo; imirizo yazo yari isana n'inzoka zifite imitwe, kandi niko iyo mitwe yari irigutezaga ububabare.