Kandi ico gisimba cari kiriho, ariko kikaba kitakiriho, nico mwami wa munane, kandi kiri kubarwa hamwe na babandi barindwi kandi kiri kugana ku kurimbuka. Amahembe cumi wabonye, n'abami cumi batari bahabwa ubwami