2016-10-23 11:51:23 +00:00
|
|
|
\v 10 Kandi arambira ati : "Ntushire ikimenyetso k'urubu buhanuzi kuberako igihe kiri bugufi co gusohoza ubu butumwa.\v 11 Ukiranirwa agume akiranirwe, uwanduye agumye yandure , ukiranuka agumye akiranuke, kandi uwera agumye yere .
|