2019-08-02 07:20:58 +00:00
|
|
|
\v 10 Malaika wa gashatu, apika ingunga. Inyenyeri yakaga umuriro nk'igikimori iragwa iturukire mu juru, maze igwa kuri kimwe ca gashatu c'ingezi, n'imigezi n'amasoko g'amazi.\v 11 Izina ry'iyo nyenyeri ni Abisinte (ubusharire), nuko na kimwe ca gashtu c'amazi naco gihinduka umuharavumba maze abantu barapfa, bazize amazi kuko gari gahindutse umushari.
|