2017-12-26 02:05:45 +00:00
|
|
|
\v 20 Kandi abatuye ku birwa byose bahunze, n'imisozi ntiyongera kuboneka . \v 21 Urubura runini rw'amabuye gapimaga ikilo kimwe , ruturuka mu juru , rugwira abantu , abantu batuka Imana , kubera ko ico gihano cari kirengeje kwemera .
|