1 line
314 B
Plaintext
1 line
314 B
Plaintext
\v 29 Baviye iYeriko abandu kangari baramukurikira .\v 30 Hari hariho impumyi ibiri z'ikeye hafi y'inzira, zumvishe ko Yesu ari gutambuka zirabira cane ngo: Mwami! utubabarire weho mwana wa Daudi.\v 31 Abandu barazibuza ngo zihore, ariko zo zigumya kwabira cane ziri kugamba ngo: Yewe mwana wa Daudi utubabarire. |