|
\v 13 Maze bazana abana kugira ngo : Abarambikeho imiganja no kubasengera. Abangunzi be barabamagana . \v 14 Ariko Yesu abibonye aragamba ngo: Mureke abana batoto baze wanje mutekubabuza kubera Ubwami bwo mu juru ni ubwabo. \v 15 Abarambikaho ibiganza, nuko ava iyo. |