rw-x-kinyabwisha_mat_text_reg/27/62.txt

1 line
425 B
Plaintext

\v 62 Ng'ejo, gwari umusi gwo gutayarisa isabato, abakuru b'abatware, b'abatambyi n'Abafarisayo bagenda kwa Pilato. \v 63 Nuko baragamba ngo: Mutware, twibukire ko wa mubesi atari yapfa, yagambire ngo akazuke nyuma y'imisi ishatu. \v 64 None uhireho abarinzi bo gucunga akaburi kugeza k'umusi gwa gashatu. Kugira ngo abanafunzi be batakamwibe, nyuma bakabesa ko yazukire. Ubwo bubesi bwa nyuma bukabe bubi gusumba ubwambere."