\v 6 Ariko ku munsi mukuru gwo kwibuka gupfa kwa Herode umukobwa wa Herodia acheza neza imbere yabantu na Herode arishima. \v 7 Umwami ararahira ngo ucho arasaba cose arakimuhereza.