1 line
291 B
Plaintext
1 line
291 B
Plaintext
\v 28 Ariko muri gutekereza ki ? Umundu umwe yari afite abana babiri, abwira uwambere ngo : Mwana wanje genda ukaragire imboko zanje.\v 29 Arasubiza ngo : Ndondenda. Nyuma yaho, aragihana aragenda . \v 30 Abwira uwakabiri guco. Nuko uwo mwana arasubiza ngo ngendire Mwami, ariko atakajeyo. |