1 line
380 B
Plaintext
1 line
380 B
Plaintext
\v 29 Iryisho ryawe ry'iburyo ritumire ukora icaha , rikure mo maze rite kure yawe ; kubera ko biboneye ko urigingo rumwe rwo k' umubiri rworimbuka aho kugira ngo umubiri gwawe goshe guje muri gihenamo . \v 30 Kandi ukuboko kwawe kw'iburyo gutumire ukora icaha , uguce ugute kure yawe , kubera ko biboneye ko ukuboko kumwe kocibwa aho kugira ngo umubiri goshe guje muri jehenamo . |