rw-x-kinyabwisha_mat_text_reg/16/21.txt

1 line
452 B
Plaintext

\v 21 Guturuka ico gihe, Yesu atangira kwereka zbanafunzi be ko ari ngombwa kugenda i Yerusalemu kubabazwa n'abatambyi hamwe n'abakarani ko bamwita, ariko nyuma y'imisi ishatu ko akazuke. \v 22 Petro aramwegera ari gutomboka ngo: Ibyo bikube kure Mwami, ndo byoshoboka. \v 23 Yesu arahindukira, aramureba no kumubwira ngo: Petro we, genda inyuma yanje, uri shetani kandi umbereye igisitaza. Ndo woshobora kumenya iby'Imana ico wiji n'amagambo g'abandu.