1 line
282 B
Plaintext
1 line
282 B
Plaintext
\v 38 Maze abasambo babiri babambwe nawe, umwe m'uburyo n'uwundi m'ugutandi. \v 39 Abari barigutambuka mu nzira bamutukire barikuzunguza imitwe yebo. \v 40 Bari barikugamba ngo: Weho ubomoraga ikanisa ukayubaka mu misi zishatu! Ikize ubeye uri Umwana w'Imana. Rindimuka ku musalaba. |