|
\v 5 Yabeye arikugenda, yingira i Kapernaumu. Umukomanda umwe yamusanganiriye no kumuhendahenda ngo: \v 6 Mwami, umukozi wanje arembire cane arweye indwara yo kunyoroka umubiri goshe, aryamire m'urugo. \v 7 Yesu aramubwira ngo: ndija m'urugo kumukiza. |