1 line
287 B
Plaintext
1 line
287 B
Plaintext
\v 28 Ariko muri gutekereza iki ? Umuntu umwe yari afite abana babiri abwira uwambere ngo : Mwana wanje genda ukorere uruzabibu rwanje.\v 29 Arasubiza ngo : Sinshaka. Nyuma yaho, arihana aragenda . \v 30 Abwira uwakabiri guco. Nuko uwo mwana arasubiza ngo ndagiye Mwami, ariko atajayo. |