2016-11-22 22:24:51 +08:00

1 line
277 B
Plaintext

\v 14 Bamaze kwegera iteraniro ry'abantu, umuntu umwe araza arapfukama imbere ya Yesu aragamba ngo: \v 15 Mwami, umbabarire umwana wanje ararwaye igicuri kandi arababaye cane, rimwe na rimwe agwaga no mumuriro cangwa no mumazi. \v 16 Namuzanye kubigishwa bawe ntaho bamukijije.