|
\v 5 Yabeye arikugenda, yayinjiye i Kapernaumu. Umukomanda umwe yamusanganiriye no kumuhendahenda ngo: \v 6 Mwami, umukowi wanje arembire cane arweye indwara yo kunyoroka umubiri gosho, aryamire m'urugo. \v7 Yesu aramubwira ngo: ndayija m'urugo kumukiza. |