|
\v 1 Ico gihe, Yesu anyura m'umurima gw'amasaka mu musi gw'isabato. Abanafunzi be kuko bari bishwe n'inzara, batangira guca amahundo no kugarya. \v 2 Abafarisayo babonye ibyo bintu, baramubaza ngo: Reba abanafunzi bawe barigukora ibitemewe umusi gw'isabato. |