|
28Amaze kwambuka hakurya mu gihugu ca Abagerasi, abantu babiri buzuye amadaimoni bahura nawe, baturutse mu makaburi bakarishe cane ntan'umuntu wabegeraga.29 Bari bari kwabira barikugamba ngo: turigupfa iki weho Mwana w'Imana, uje hano kutubuza amahoho? |