Arabasubiza ngo: " Ninde muri mwewe yaba afite intamwe imwe yagwa mucobo umusi gw'isabato ntaje kuyikuramo? None si umuntu ntafite agaciro kenci kuruta intama? Kumbe biremerewe gukora neza k'umusi gw'isabato.