1 line
383 B
Plaintext
1 line
383 B
Plaintext
\v 29 Niba ijisho ryawe ry'iburyo ritumye ukora icaha , urikure mo maze urite kure yawe ; kuberako biraruta ko urigingo rumwe rwo kumubiri rworimbuka aho kugira ngo umubiri gwawe gose guje muri gihonomo . \v 30 Kandi ukuboko kwawe kw'iburyo nigutuma ukora icaha , uguce ugute kure yawe , kubera ko biraboneye ko ukuboko kumwe kwacibwa aho kugira ngo umubiri gose guje muri gihonomo . |