\v 19 Herode amaze gupfa , malaika w'Imana abonekera Yozefu mu ndoto ari mu Misiri; \v 20 aragamba ngo: Haguruka , ufate uruhinja na nyina uje mugihugu c'Israeli , Kubera abashakaga kwica umwana bamaze gupfa .\v 21 Yozefu arahaguruka , afata rwa ruhinja na nyina baja mu gihugu c'Israeli .