\v 4 Umuntu uz'icisha bugufi ng'umwana mutoya niwe uzaba mukuru mu bwami bwo mw'ijuru. \v 5 Kandi umuntu uzakira no kwita ku mwana mutoya muzina ryanze azaba ari njewe yakiriye. \v 6 Umuntu wese uzatuma bana banje banyizeye bacumura, azafatwa azirikwe muzosi atabwe mu kivo.