\v 35 Ba bahinzi bafata za ntumwa, barakubita umwe undi baramwica uwa gatatu bamutera amabuye . \v 36 Yongera gutuma abandi bakozi, umubare gusumba ugwambere ba bahinzi babagenza nk'abambere. \v 37 Ariko nyuma yaho abatumira umwana we arikugamba ngo : Bazubaha umwana wanje .