\v 7 Mwebwe mwa ndyadya mwe, Isaya hahanuye kuri mwebwe ngo: \v 8 Bano mantu banyubahaga ku kanywa gusa, ariko imitima yabo iri kure yanje. \v 9 Berekanagako banyubashe, kandi barikwigisha ibinjane n'ingeso zabo.