diff --git a/02/22.txt b/02/22.txt index 271f7c84..fb105334 100644 --- a/02/22.txt +++ b/02/22.txt @@ -1 +1 @@ -\v 22 Ariko amarire kumva ko Arikelayo ariwe urigutegeka igihugu ca Yudea mu cimbo ca Herode, ariwe se, agira ubwoba bwo kuja Iyudea. Nuko abimenyeshezwe n'Imana mu ndoto , aja mugihugu c'Igalilaya . \v 23 Agezeyo yibera mu muji witwa Nazareti , kugira ngo ibyari byaragambwe n'abahanuzi bisohore ngo : Azitwa umunyanazareti . +\v 22 Ariko amarire kumva ko Arikelayo ariwe urigutegeka igihugu ca Yudea mu cimbo ca Herode, ariwe se, agira ubwoba bwo kwija Iyudea. Niho abimenyeshezwe n'Imana mu ndoto , aja mugihugu c'Igalilaya . \v 23 Agezeyo yibera mu muji witwa Nazareti , kugira ngo ibyari byaragambwe n'abahanuzi bisohore ngo : Azitwa umunyanazareti . \ No newline at end of file