auto save

This commit is contained in:
DRC137&121 2019-10-26 19:42:33 -04:00 committed by root
parent ec804b3b3b
commit fbfd2803d0
2 changed files with 2 additions and 2 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 54 Bamarire kubona ugo mutsitsi n'ibyabeye, umukuru w'abasoda b'Abaroma, n'abandi babaga hamwe nawe bari gucunga Yesu, batinye cane, nuko bagamba ngo: Wuno mugabo koko yari ari Umwana w'Imana. \v 55 Aho aho hari abagore kangari bari baviye i Galilaya, bamuherekeje kugira ngo bamufashe. \v 56 Hagati yebo hari hariho Mariya w'i Magdala, Mariya mama wa Yakobo na Yosefu na mama w'abahungu ba Zebedeyo.
\v 54 Bamarire kubona ugo mutsitsi n'ibyabeye, umukuru w'abasoda b'Abaroma, n'abandi babaga hamwe nawe bari gucunga Yesu, batinye cane, nuko bagamba ngo: Wuno mugabo koko yari ari Umwana w'Imana. \v 55 Aho aho hari hariho abagore kangari bari baviye i Galilaya, bamuherekeje kugira ngo bamufashe. \v 56 Hagati yebo hari hariho Maria w'i Magdala, Maria mama wa Yakobo na Yosefu na mama w'abahungu ba Zebedayo.

File diff suppressed because one or more lines are too long