auto save

This commit is contained in:
DRC137&121 2019-08-14 18:46:12 -04:00 committed by root
parent 1ce4905f4e
commit faa899a768
2 changed files with 2 additions and 2 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 19 Ariko bikazambire abagore bahekire inda n'abari konza ico gihe. \v20 Musabe rero kugira ngo guhunga kwenyu kutakabe igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. \v21 Kubera hakabeho amateso akangari gatari gabaho kuva ku ntangiro y' isi kugeza na buno. Kandi amateso ng'ago ndo gakabeho tena . \v22 Iyoba izo misi z'amateso zitagabanyizwe, nda numwe wokira, ariko ago mateso gakagaba kubera abarobanuwe n'Imana.
\v 19 Ariko bikazambire abagore bahekire inda n'abari konza ico gihe. \v20 Musabe rero kugira ngo guhunga kwenyu kutakabe igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. \v21 Kubera hakabeho amateso akangari gatari gabaho kuva ku ntangiro y' isi kugeza na buno. Kandi amateso ng'ago ndo gakabeho tena . \v22 Iyoba izo misi z'amateso zitagabanyizwe, nda numwe wokira, ariko ago mateso gakagapunguze kubera abacagwiwe n'Imana.

File diff suppressed because one or more lines are too long