From 7f0b763f1951b30b6367fcf4f2f203fe1a339bba Mon Sep 17 00:00:00 2001 From: faustin-azaza <> Date: Thu, 14 Apr 2016 00:08:10 -0400 Subject: [PATCH] auto save --- 02/13.txt | 2 +- 1 file changed, 1 insertion(+), 1 deletion(-) diff --git a/02/13.txt b/02/13.txt index a03ca517..1719d924 100644 --- a/02/13.txt +++ b/02/13.txt @@ -1 +1 @@ -\v 13 Bamaze kugenda malaika w'Umwami abonekera Yozefu mu ndoto, aramubwira ngo : Haguruka , ufate uruhinja hamwe na nyina uhungire mu Misiri kandi ube yo kugeza igihe nza kubwira, kubera ko Herode azashakisha umwana ngo amwice .\v 14 Yosefu arahaguruka afata uruhinja na nyina nijoro, ahungira i Misiri. \v 15 Aba iyo kugeza igihe co Herode yapfiriye, kugira ngo risohore ijambo ryavuzwe n'Umwami rinyuriye ku muhanuzi ngo : Nahamagariye umwana wanje kuva mu Misiri. \ No newline at end of file +\v 13 Bamarire kugenda malaika w'Umwami abonekera Yozefu mu ndoto, aramubwira ngo : Haguruka , ufate uruhinja hamwe na nyina uhungire mu Misiri kandi ube yo kugeza igihe nza kubwira, kubera ko Herode azashakisha umwana ngo amwice .\v 14 Yosefu arahaguruka afata uruhinja na nyina nijoro, ahungira i Misiri. \v 15 Aba iyo kugeza igihe co Herode yapfiriye, kugira ngo risohore ijambo ryavuzwe n'Umwami rinyuriye ku muhanuzi ngo : Nahamagariye umwana wanje kuva mu Misiri. \ No newline at end of file