auto save
This commit is contained in:
parent
d791104ce8
commit
7703b7309e
|
@ -1 +1 @@
|
|||
\v 13 Bamaze kugenda Malaika w'Umwami abonekera Yozefu mu ndoto, aramubwira ngo : Haguruka , ufate uruhinja hamwe na nyina uhungire mu Misiri kandi ube yo kugeza igihe nza kubwira, kubera ko Herode azashakisha umwana ngo amwice .\v 14 Yosefu arahaguruka afata uruhinja na nyina ngo nijoro yigira i misiri . \v 15 Aba iyo kugeza igihe co Herode yapfuye, kugira ngo risohore ijambo ryavuzwe n'Imana rinyuriye ku muhanuzi ngo : kuva mu Misiri nakuyeyo umwana wanje .
|
||||
\v 13 Bamaze kugenda Malaika w'Umwami abonekera Yozefu mu ndoto, aramubwira ngo : Haguruka , ufate uruhinja hamwe na nyina uhungire mu Misiri kandi ube yo kugeza igihe nza kubwira, kubera ko Herode azashakisha umwana ngo amwice .\v 14 Yosefu arahaguruka afata uruhinja na nyina nijoro ahungira i misiri . \v 15 Aba iyo kugeza igihe co Herode yapfuye, kugira ngo risohore ijambo ryavuzwe n'Imana rinyuriye ku muhanuzi ngo : kuva mu Misiri nakuyeyo umwana wanje .
|
Loading…
Reference in New Issue