auto save

This commit is contained in:
DRC137&121 2019-08-14 21:32:41 -04:00 committed by root
parent 543ea71073
commit 3fb1ff5c77
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 19 \v 20 \v 21 \v 22 Ariko bizaba ingorane kubafite inda n'abari konsa muri ico gihe. Musenge kugira ngo guhunga kwanyu bitazaba igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. Kubera hazabaho amateso menshi gatari gabaho kuva isi yaremwa kugeza buno, ntanubwo gazabaho narimwe. Iyaba iyi misi y'amateso itagabanyijwe, ntanumwe warokoka, ariko ago mateso gazagabanywa kubera abarobanuwe n'Imana.
\v 19 Ariko bizaba ingorane kubafite inda n'abari konsa muri ico gihe. Musenge kugira ngo guhunga kwanyu bitazaba igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. Kubera hazabaho amateso menshi gatari gabaho kuva isi yaremwa kugeza buno, ntanubwo gazabaho narimwe. Iyaba iyi misi y'amateso itagabanyijwe, ntanumwe warokoka, ariko ago mateso gazagabanywa kubera abarobanuwe n'Imana.