auto save

This commit is contained in:
Faustin 2016-11-18 20:28:31 +08:00 committed by root
parent 7b62cdab80
commit 3b840067b9
1 changed files with 1 additions and 1 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 13 Bamaze kugenda Malaika w'Umwami abonekera Yozefu mu ndoto, aramubwira ngo : Haguruka , ufate uruhinja hamwe na nyina uhungire mu Misiri kandi ube yo kugeza igihe nza kubwira, kubera ko Herode azashakisha umwana ngo amwice .\v 14 Yosefu arahaguruka afata uruhinja na nyina nijoro , ahungira iMisiri . \v 15 Aba iyo kugeza igihe co Herode yapfiriye, kugira ngo risohore ijambo ryavuzwe n'Umwami rinyuriye ku muhanuzi ngo : Nahamagariye umwana wanje kuva mu Misiri nahamagaye umwana wanje .
\v 13 Bamaze kugenda malaika w'Umwami abonekera Yozefu mu ndoto, aramubwira ngo : Haguruka , ufate uruhinja hamwe na nyina uhungire mu Misiri kandi ube yo kugeza igihe nza kubwira, kubera ko Herode azashakisha umwana ngo amwice .\v 14 Yosefu arahaguruka afata uruhinja na nyina nijoro, ahungira i Misiri. \v 15 Aba iyo kugeza igihe co Herode yapfiriye, kugira ngo risohore ijambo ryavuzwe n'Umwami rinyuriye ku muhanuzi ngo : Nahamagariye umwana wanje kuva mu Misiri.