auto save

This commit is contained in:
faaustin_azaza 2023-06-16 03:57:06 -04:00 committed by root
parent 248fc40698
commit 19fe75013a
2 changed files with 2 additions and 2 deletions

View File

@ -1 +1 @@
\v 29 Iryisho ryawe ry'iburyo ritumire ukora icaha, rikure mo urite kure yawe; kubera ko biboneye ko urigingo rumwe rwo k'umubiri rworimbuka aho kugira ngo umubiri gwawe goshe guje muri jehenamo. \v 30 Kandi ukuboko kwawe kw'iburyo gutumire ukora icaha, uguce ugute kure yawe, kubera ko biboneye ko ukuboko kumwe kocibwa aho kugira ngo umubiri goshe guje muri jehenamo .
\v 29 Iryisho ryawe ry'iburyo ritumire ukora icaha, rikure mo urite kure yawe; kubera ko biboneye ko ugace kamwe ko k'umubiri korimbuka aho kugira ngo umubiri gwawe goshe guje muri jehenamo. \v 30 Kandi ukuboko kwawe kw'iburyo gutumire ukora icaha, uguce ugute kure yawe, kubera ko biboneye ko ukuboko kumwe kocibwa aho kugira ngo umubiri goshe guje muri jehenamo.

File diff suppressed because one or more lines are too long