diff --git a/03/13.txt b/03/13.txt index 4e1b66c5..9fa810c0 100644 --- a/03/13.txt +++ b/03/13.txt @@ -1 +1 @@ -\v 13 Muri ico gihe Yesu yija aturukire i Galilaya, agera kuri Yorodani kugira ngo Yohana amubatize. \v 14 Ariko we yamwangira arikugamba ngo : Ni njewe ukwiriye kubatizwa nawe, none ni weho urikwija kuri njewe? \v 15 Yesu aramusubiza ngo: byemere, kubera ko ni ngombwa ko dushohweza ibyo gutungana byoshe. Aremera aramubatiza . \ No newline at end of file +\v 13 Muri ico gihe Yesu yija aturukire i Galilaya, agera kuri Yorodani kugira ngo Yohana amubatize. \v 14 Ariko we yamwangira arikugamba ngo : Ni njewe ukwiriye kubatizwa nawe, none ni weho urikwija kuri njewe? \v 15 Yesu aramusubiza ngo: Byemere, kubera ko bigombire ko dushohweza ibyo gutungana byoshe. Aremera aramubatiza . \ No newline at end of file