1 line
211 B
Plaintext
Raw Normal View History

2016-02-03 13:02:57 -05:00
\v 7 Mwewe mwa ndyarya mwe, Isaya yahanuye kuri mwebwe ngo: \v 8 Bano bantu banyubahaga ku kanywa gusa, ariko imitima yabo iri kure yanje. \v 9 Berekanagako banyubashe, kandi barikwigisha ibijanye n'ingeso zabo.