2023-06-16 07:57:05 +00:00
|
|
|
\v 13 Bamarire kugenda, malaika w'Umwami yabonekeye Yosefu mu ndoto, aramubwira ngo: Haguruka, ufate uruhinja hamwe na mama we, uhungire mu Misri kandi ubereyo kugeza igihe ngakubwire, kubera ko Herode arikwenda umwana ngo amwite.\v 14 Yosefu arahaguruka, afata uruhinja na mama we mu joro, ahungira i Misri. \v 15 Abera yo kugeza igihe co Herode yapfiriye, kugira ngo rishohwere igambo ryagambirwe n'Umwami rinyuriye ku mbuzi ngo: Nahamageye umwana wanje guturuka mu Misri.
|