2016-11-18 02:12:35 +00:00
|
|
|
\v 25 Umubatizo gwa Yohana gwavuyehe ? Gwavuye mwijuru cangwa ku bantu ? Bariburanya mu mitima yabo barikugamba ngo : Nidusubiza ngo : Mwijuru, aratubwira ngo : Kubera iki mutamwizeye ? \v 26 Kandi nidusubiza ngo : ku bantu turatinya abantu kubera ko bose babona Yohana nk'umuhanuzi. \v 27 Maze basubiza Yesu : ngo : Ntaho tubizi. Nawe arababwira ngo : nanje nuko ntaho ndababwira aho nkura ubushobozi bwo gukora ibi bintu.
|