rw-x-kinyabwisha_mat_text_reg/24/19.txt

1 line
366 B
Plaintext
Raw Normal View History

2016-11-23 08:56:14 +00:00
Ariko bizaba ingorane kubafite inda n'abari konsa muri ico gihe. Musenge kugira ngo guhunga kwanyu bitazaba igihe c'imbeho cangwa igihe c'isabato. Kubera hazabaho amateso menshi gatari gabaho kuva isi yaremwa kugeza buno, ntanubwo gazabaho narimwe. Iyaba iyi misi y'amateso itagabanyijwe, ntanumwe warokoka, ariko ago mateso gazagabanywa kubera abarobanuwe n'Imana.