2019-06-18 22:15:03 +00:00
|
|
|
\v 29 Baviye iYeriko abandu kangari baramukurikira .\v 30 Hari hariho impumyi ibiri z'ikeye hafi y'inzira, zumvishe ko Yesu ari gutambuka zirabira cane ngo: Mwami! utubabarire weho mwana wa Daudi.\v 31 Abandu barazibuza ngo zihore, ariko zo zigumya kwabira cane ziri kugamba ngo: Yewe mwana wa Daudi utubabarire.
|