Yesu amaze kujana nabo , amaze kugera hafi y'inzu , uwo mukueu w'abasoda amutumira incutize ngo zimubwire ngo : Mwami utekwirusha , kuko bitankwiuriye ko winjira munzu yanje . Nicocatumye ntibona konkwiriye ndetse no kuba aho uri ubwanje . Ariko ugambe ijambo rimwe , umukozi wanje arakira . Kuko nanje numu