\v 25 Ariko mbere yaho agomba guteseka cane kandi kwangwa n'abandu ba kino gihe . \v 26 Ibyabeye igihe ca Nowa bikabagereho igihe Umwana w'umundu akayije \v 27 Abandu bararyaga, baragnwagwa, bagashingirwa no gushohweza kugeza igihe Nowa yingiriye m'ubwato? Umwuzure gurija nuko gurimbura boshe.